3 Mbega uwu si wa mubaji? Nyina si Mariya, abo bavukana si Yakobo, Yosefu, Yuda na Simoni? Bashiki biwe si ababanyi bacu?" Maze ivyo birabatsitaza, bituma batamwizera.