Publicidade

Marcos 6

49 Bamubonye agendera ku mazi, bagira ngo ni umuzimu, baca bakoma induru, 50 kuko bose bari bagize ubwoba bwinshi.

Aca arababwira ati: "Humura! Ni jewe. Ntimugire ubwoba."

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-