3 Inyuma y’urupfu rwiwe, yamaze imisi mirongo ine aja ariyereka izo ntumwa, azereka ibemenyetso bigaragaza ko ari muzima, yongera ababwira ivy’Ubwami bw’Imana.