Publicidade

Atos 15

Ukutumvikana kwabaye hagati ya Pawulo na Baranaba

36 Haheze igihe, Pawulo abarira Baranaba ati: "Ingo dusubire mu bisagara twigishijemwo Ijambo ry’Imana, turabe ingene bene Data bifashe." 41 Aca agendagenda muri Siriya no muri Kilikiya, akomeza amashengero yaho.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-