Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyakozwe 16

14 Umwe mu bariko baratwumviriza yitwa Lidiya, yava i Tuwatira, akaba yari umudandaza w’impuzu z’agaciro kandi yubaha Imana. Nuko Umwami Imana yugurura umutima wiwe, yakira Ubutumwa Pawulo yariko aravuga. 15 We n’abo mu nzu yiwe bamaze kubatizwa, aca aradutumira iwe avuga ati: "Nimba mubona ko ndi uwizera Umwami Yesu, nimuze mube iwanje." Nuko aratugobera gushika twemeye.

Veja também