4 Pawulo arababwira ati: "Umubatizo wa Yohana wari uwo kwihana. Yahamagarira abantu kwizera uwagira aze inyuma yiwe, uwo na we ni Yesu." 5 Bavyumvise, baca babatizwa mw’izina ry’Umwami Yesu.