Pular para o conteúdo
Publicidade

Atos 20

36 Ahejeje kuvuga ivyo, aca apfukama hamwe na bo barasenga. 37 Bose baraturikisha bararira, bamusezera bamugumbira. 38 Icabababaje kurusha ibindi, ni uko yari yababwiye ko batazosubira kumubona. Nuko baca baramuherekeza gushika ku bwato.

Veja também