Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyakozwe 4

Petero na Yohana barengutswa imbere y’Inama Nkuru

1 Abaherezi bari kumwe n’umukuru w’abarinzi b’urusengero hamwe n’Abasadukayo baca baja aho Petero na Yohana bariko barigishiziza. 2 Bari bashavujwe cane n’uko izo ntumwa zariko zigisha abantu, zibabwira ivyo kuzuka kw’abapfuye kubonerwa muri Yesu Kristo. 3 Baca bafata Petero na Yohana, kandi kubera bwari bwije, babashira mw’ibohero gushika bukeye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também