55 Ariko Setefano yuzuye Mpwemu Yera, arangamiza mw’ijuru, abona ubwiza bw’Imana, abona na Yesu ahagaze i buryo bw’Imana. 56 Aca avuga ati: "Ehe mbonye ijuru ryugurutse, mbona n’Umwana w’Umuntu ahagaze i buryo bw’Imana."
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.