Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyakozwe 8

12 Ariko bamaze kwizera Ubutumwa Bwiza babwiwe na Filipo ku vyerekeye Ubwami bw’Imana n’izina rya Yesu Kristo, abagabo n’abagore benshi barabatizwa. 13 Na Simoni na we arabatizwa, aca aguma akurikira Filipo aho yaja hose, atangarira ibimenyetso n’ibitangaza Filipo akora.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também