5 Na we arabaza ati: "Uri nde ga Mwami?"
Iryo jwi na ryo riti: "Ndi Yesu, uwo uriko urahama. 6 Ariko haguruka ushike mu gisagara, ni ho uzobwirirwa ivyo ukwiye gukora."