Daniyeli ajanwa i Babiloni
1 Mu mwaka ugira gatatu umwami Yehoyakimu w’i Buyuda ari ku ngoma, ni ho Nebukadineza umwami w’i Babiloni yaja gutera i Yerusalemu arahugariza.
6 Mu basore bahisemwo, harimwo Daniyeli, Hananiya, Mishayeli na Azariya, bose bava i Buyuda.