Pular para o conteúdo
Publicidade

Daniyeli 1

17 Imana iha abo basore bane kumenya no gutahura inyandiko z’uburyo bwinshi kandi zitandukanye no kugira ubwenge. Daniyeli we yarashobora gutahura no gusobanura ivyahishuwe mw’iyerekwa n’indoto z’uburyo bwose.

18 Igihe co kwiga cashinzwe n’umwami kirangiye, wa mukuru w’abakozi b’i bwami ajana ba basore imbere ya Nebukadineza. 19 Umwami avugana na bo bose, ariko nta n’umwe yabonetse anganya ubwenge na Daniyeli, na Hananiya, na Mishayeli na Azariya. Nuko baca bakora ku kirimba i bwami.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também