Pular para o conteúdo
Publicidade

Daniyeli 9

27 Uwo mutware azoza, azogirana amasezerano n’abantu benshi mu kiringo c’imyaka indwi, ariko ico gihe kigeze hagati, azokuraho ivyo gutanga ibimazi n’amashikanwa. Kugira ngo ibikorwa vyiwe bibi vyuzure, azoshinga mu rusengero ikintu kizira, bitume urusengero ruhumana, bizoguma gutyo kugeza aho iherezo ryiwe rizoshikira nk’uko vyashinzwe."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também