Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 14

61 Ariko Yesu arihorera ntiyagira ico amwishura.

Wa muherezi mukuru arongera aramubaza ati: "Uri Kristo, Umwana w’Iyihezagiwe?"

62 Yesu arishura ati: "Ndi we! Kandi muzobona Umwana w’Umuntu yicaye mu kibanza c’icubahiro i buryo bw’Imana y’ububasha, kandi azananye n’ibicu vyo kw’ijuru."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também