24 Hanyuma Yesu abwira abigishwa biwe ati: "Umuntu wese agomba kuba umwigishwa wanje, ategerezwa kwiheba, akikorera umusaraba wiwe, akankurikira.