Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 17

20 Yesu arabishura ati: "Ni kubera ukwizera kwanyu guke. Ndababwire ukuri, iyo muba mwari mufise ukwizera kungana n’akabuto ka mutaride, mwobwira uriya musozi muti: Imuka uve ngaha,kandi woca wimuka. Nta kintu na kimwe kitobashobokera. [ 21 Ugusenga n’ukwisonzesha ni vyo vyonyene bishobora kwirukana idayimoni nk’irya."]17:21 Mu nzandiko zimwezimwe za Bibiliya aya majambo ntarimwo.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também