Publicidade

Atos 17

2 Pawulo yinjira mw’isinagogi nk’uko yari asanzwe abigenza. Amara amasabato atatu akurikirana aharira na bo ku Vyanditswe Vyera, 3 abasigurira yongera abereka ko Kristo yategerezwa kubabazwa no kuzuka mu bapfuye. Akababwira ati: "Uwu Yesu ndiko ndababwira, ni we Kristo."

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-