19 Maze Petero na Yohana barabishura bati: "Mbega mubona ko ikibereye mu nyonga z’Imana, ari kwubaha mwebwe canke ari kwubaha iyo Mana? Gira ico mubitubwiyeko! 20 Kuko twebwe ntidushobora kureka kuvuga ivyo twiboneye kandi twiyumviye."
Publicidade
Ivyakozwe 4
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.