Pular para o conteúdo
Publicidade

Atos 7

42 Maze Imana ica irabareka ngo basenge izuba, ukwezi n’inyenyeri. Kandi ivyo bihuye n’ivyanditswe mu bitabu vy’abavugishwa n’Imana, bivuga ngo:

Mbega ibimazi n’amashikanwa mwatanze mu bugaragwa,

muri irya myaka mirongo ine,

ni jewe mwabishikaniye ga yemwe Bisirayeli?

43 Oya, mwari mwitwaje ihema rya Moleki7:43 Moleki cari ikigirwamana c’Abanyakanani.,

n’ikimenyetso c’inyenyeri c’ikigirwamana canyu Refani7:43 Refani na co cari ikigirwamana citiriwe isi bita Saturune.,

ibishushanyo mwicuriye ngo mubisenge.

Ni co gituma nzobirukana mukaja kure hirya y’i Babiloni.7:43 Amosi 5:25-27

Veja também