17 Nuko Ananiya aca aragenda arinjira muri iyo nzu. Maze aca arambika ibiganza kuri Sawuli, avuga ati: "Mwene Data Sawuli, Umwami Yesu, uwakwiyeretse uri mu nzira uza, yakuntumyeko kugira ngo uhumuke kandi wuzure Mpwemu Yera."
Publicidade
Ivyakozwe 9
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.