Pular para o conteúdo
Publicidade

Daniyeli 7

8 Nkiriko ndiyumvira ivyerekeye ayo mahembe yaco, nca mbona akandi gahembe gatoya gasokorotse hagati mu yandi mahembe kandi amahembe atatu aca akurwaho kugira ngo karonke ikibanza. Ako gahembe gatoya kari gafise amaso nk’ayumuntu n’umunwa, kakavugana ubwibone.

25 Uwo mwami azovuga ibintu bibi ku Mana Musumbavyose, kandi azogirira nabi cane abera b’Imana, agerageze guhindura amabwirizwa y’Imana n’imisi mikuru yashinzwe. Abera b’Imana bazoshirwa mu maboko yiwe ikiringo kingana n’igihe, n’ibihe bibiri, hamwe n’igice c’igihe.

Veja também