Pular para o conteúdo
Publicidade

Mateus 22

37 Yesu aramwishura ati: " Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, n’umushasha wawe wose n’ubwenge bwawe bwose.22:37 Gusubiramwo 6:5 38 Iryo ni ryo bwirizwa rya mbere kandi riruta ayandi. 39 Irya kabiri na ryo risa n’iryo: Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.22:39 Abalewi 19:18

Veja também