Publicidade

Mateus 27

28 Bamwambura impuzu ziwe, bamwambika ikanzu itukura, 29 hanyuma bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika mu mutwe. Bamufatisha mu kuboko kw’i buryo inkoni y’irenga. Maze, bapfukama imbere yiwe bamushinyagurira bati: "Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!"

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-28_14-13-17-