Wopfuma utakaza igihimba kimwe c’umubiri hako ubura ijuru
27 Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: ‘Ntugasambane.’ 5:27 Kuvayo 20:14 28 Ariko jeho ndababwira nti umuntu wese araba umugore akipfuza gusambana na we aba yamaze gukora ico caha mu mutima.