17 Ariko wewe, iyo wisonzesheje, woge mu maso hanyuma wisige amavuta mu mutwe, 18 kugira ngo ntiwereke abantu ko wisonzesheje; ahubwo uvyereke So ari ahihishije; maze So, we abona ibikorerwa mw’ibanga, azobiguhembera.