31 Ni co gituma mudakwiye kwiganyira; muvuga muti: ‘Mbega tuzorya iki? Tuzonywa iki? Tuzokwambara iki?’ 32 Ivyo ni vyo abatizera Imana birukira ubudasiba; ariko mweho So wo mw’ijuru arazi ko ivyo vyose mubikeneye.