Publicidade

Mateus 6

9 Mukwiye gusenga muvuga muti:

Data wa twese uri mw’ijuru,

izina ryawe niryubahwe,

10 Ubwami bwawe buze,

ivyo ugomba bibe

mw’isi nk’uko biba mw’ijuru.

11 Uduhe ivyokurya bidukwiye uwu musi,

12 uduharire ivyaha vyacu,

nk’uko natwe duharira abaducumuyeko.

13 Ntudutererane ibitugerageza,

uhubwo udukize wa mubi.

[Kuko Ubwami, ubushobozi n’ubwiza

ari ivyawe ibihe vyose.

Amen.]

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-