Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 9

23 Yesu ashitse mu nzu kwa wa mukuru w’isinagogi, abona abantu bavuza imyironge yo gucura intimba n’abandi benshi bakoma induru. 24 Arababwira, ati: "Nimusohoke. Umwana ntiyapfuye, arasinziriye." Ariko, abo bantu baramutwenga. 25 Bamaze gusohoka, arinjira amufata ukuboko, wa mwana aca aravyuka.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também