Pular para o conteúdo
Publicidade

ABAHEBURAAYO 4

9 Nuuko reero, Isaabato ari bwo buruhuukiro, iracaabiikiwe abantu b’Imaana. 10 Kuko abo binjira mu buruhuukiro bw’Imaana, ni abo baba baaruhuutse imirimo yaabo nk’uko Imaana yaruhuutse iyaayo. 11 Nuuko reero ni tugire umwete wo kwinjira muri ubwo buruhuukiro, kugira ngo hatagira umuntu ugwa akurikije iciitegererezo ca ba bandi co kutumvira.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também