Publicidade

Mateus 13

14 Ivyo bishitsa kuri bo ivyo Yesaya yavugishijwe, aho yavuga ati:

Kwumva muzokwama mwumva, ariko ntimuzokwigera mutahura;

kuraba muzokwama muraba ariko ntimuzokwigera mubona.

15 Kuko imitima y’ubu bwoko ikomantaye;

amatwi yabo ntashobora kwumva,

kandi amaso yabo barayahumiriza.

Ahandi ho bobonesheje amaso yabo,

bakumvisha amatwi yabo,

bagatahurisha imitima yabo,

maze bagahindukira nanje nkabakiza. 13:15 Yesaya 6:9,10

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-