Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 17

Yesu akiza umuhungu aboshwe n’idayimoni

14 Bashitse musi y’umusozi, basanga abantu isinzi babarindiriye. Umugabo umwe aramwegera, apfukama imbere yiwe. 15 Amubwira ati: "Mwami, girira akagongwe umuhungu wanje, kuko arimwo idayimoni itera intandara kandi arababaye cane. Ni kenshi imuta mu muriro canke mu mazi. 16 Namuzaniye abigishwa bawe ariko vyabananiye kumukiza."

17 Yesu arabishura ati: "Yemwe bantu b’iki gihe mutizera kandi mwononekaye mu mitima, nzobana namwe gushika ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Nzanira uwo mwana hano." 18 Yesu aca akankamira iyo dayimoni, iva muri uwo mwana, aca akira ako kanya nyene.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também