28 Uwo mukozi agisohoka ahura na mugenziwe bakorana amuheraniye idenariyo ijana. 18:28 Ikigiriki idenariyo ijana ; idenariyo 1 yari impembo y’umukozi ku musi (raba 20:2). Amufata mw’izosi atangura kumunigura ati: ‘Ndiha umwenda umfitiye ningoga!’
30 Ariko aranka. Ahubwo aramujana bamushira mw’ibohero kugira ngo azoveyo arishe umwenda wiwe wose.