Publicidade

Mateus 19

4 Yesu arabishura ati: "Ntimurasoma ko mu ntango Umuremyi yabaremye ari umugabo n’umugore, 5 hanyuma akavuga ati: Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze naho ari babiri bakaba umubiri umwe? 6 Gutyo ntibaba bakiri babiri, ahubwo baba babaye umubiri umwe. None rero ico Imana yamatanije, ntihakagire uwukimatanura."

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-28_14-13-17-