Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 20

18 "Ehe, turaduze i Yerusalemu, kandi Umwana w’Umuntu azotangwa ku baherezi bakurubakuru n’abigisha b’ivyagezwe. Bazomucira urubanza rwo gupfa, 19 hanyuma bamushikirize abanyamahanga kugira ngo bamushinyagurire, bamushishagure, hanyuma bamubambe ku musaraba. Ariko ku musi ugira gatatu, azozuka!"

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também