Bafata Yesu
47 Yesu akiriko aravuga, Yuda umwe muri ba bigishwa cumi na babiri, arashika. Inyuma yiwe hari isinzi ry’abantu bitwaje inkota n’amahiri, barungitswe n’abaherezi bakurubakuru hamwe n’abakuru b’Abayuda.