Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 27

63 bamubwira bati: "Nyakwubahwa, twibutse ivyo wa mubeshi yari yaravuze akiri muzima ngo: Inyuma y’imisi itatu nzozuka.64 Turagusavye rero utange itegeko ryo gucunga imva yiwe kugeza ku musi ugira gatatu. Ivyo bizotuma abigishwa biwe bataza kwiba ikiziga ciwe, hanyuma bakabwira abantu ko yazutse mu bapfuye. Bibaye uko ububeshi bwiwe bwa nyuma bwoba bubi kurusha ubwa mbere."

Veja também