65 Pilato arabishura ati: "Ng’abo abasoda, nimugende mucunge iyo mva yiwe uburyo bwose mwipfuza." 66 Baca baragenda bashira ikimenyetso ku kibuye cugaye imva, hanyuma bashiraho abasoda bo kuyicunga.