30 Nimba Imana yambika gutyo ivyatsi vyo ku misozi, biriho uno musi ariko ejo bikazotererwa mu ziko, mbega ntizorushirizaho kubambika, yemwe ab’ukwizera guke? 31 Ni co gituma mudakwiye kwiganyira; muvuga muti: ‘Mbega tuzorya iki? Tuzonywa iki? Tuzokwambara iki?’
Publicidade