Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 8

2 Maze haza umuntu agwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: "Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka."

3 Yesu aca aramvura ukuboko amukorako. Aramubwira ati: "Ndabishatse, kira uhumanuke!" Ubwo nyene aca arakira ya mibembe. 4 Maze Yesu yongera amubwira ati: "Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira. Ariko genda ku muherezi agusuzume, hanyuma utange ikimazi Mose yashinze ko uwuhumanutse atanga kugira ngo bose bamenye ko wahumanutse."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também