Publicidade

Romanos 1

11 Koko nkumbuye kubonana namwe kugira ngo dusangire impaano y'Umwuka w'Imaana no kubakomeza. 12 Ico menyeesha ni ukugira ngo nje namwe duteerane inkunga, mukomezwe no kwizeera kwanje, nanje nkomezwe no kwizeera kwanyu.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-22_10-02-25-