20 Ahandi mu byanditswe haravuga ngo, "Umwanzi waawe naasonza umuhe ico kurya, naagira imyota umuhe ico kunywa, kuko nuukora utyo bizaatuma akorwa n’isoni." 21 Ntuukeemere ko ikibi kigutsinda, ahuubwo utsinde ikibi ukoreesheje iciiza.