Pular para o conteúdo
Publicidade

ABAROOMA 5

16 Kandi ingaruka y’ubuntu bw’Imaana itandukanye n’ingaruka y’icaaha c’umuntu umwe. Kuko icaaha ca Adamu caazanye guciirwa urubanza rw’iteeka naho ubuntu bw’Imaana butuuzanira gutsindiishirizwa n’ubwo twari twarakoze ibyaha byinshi. 17 Koko reero, igicumuro c’umuntu umwe ari we Adamu caatumye urupfu rutegeka benshi. Ariko abo baahaawe ubuntu bw’Imaana butarondooreka n’impaano ye y’ubutungaane bazaakomeza gutsinda icaaha n’urupfu babikeesha umuntu umwe ari we Yesu Kristo.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também