Publicidade

Romanos 7

Intambara yo mu Mitima Yaacu

14 Tuuzi neeza yuuko amategeko akomooka ku Maana, ariko ikibazo canje n’uko nkurikiza kamere muntu, nkaba imbaata y’icaaha. 15 Koko reero sinzi ico nkora kuko ico nshaaka gukora si co nkora, ahuubwo ico nanga akaba ari co nkora. 16 Ubwo reero nkora ico ntashaaka, ndemera yuuko amategeko ari meeza. 17 Bityo reero si nje ubikora, ahuubwo ni icaaha gituura muri nje.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-28_14-13-17-