Publicidade

Romanos 7

21 Ibyo maze kubona mu buzima ni ibi: Iyo nshaatse gukora iciiza, nsanga nahisemo gukora ikibi. 22 Nkunda amategeko y’Imaana n’umutima wanje woose. 23 Ariko mbona irindi tegeko ryo mu ngingo z’umubiri wanje rirwanya itegeko ry’umutima wanje, ku buryo rituma mba imbohe y’itegeko ry’icaaha kiba mu ngingo z’umubiri wanje.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-22_10-02-25-