Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 11

11 Ndababwire ukuri, mu bantu bose bavyawe n’abagore, nta wigeze kubaho ahambaye kuruta Yohana Umubatizi. Ariko, umuntu muto musi y’abandi mu Bwami bw’ijuru arahambaye kumuruta. 12 Uhereye igihe Yohana Umubatizi yatangura kwigisha kugeza n’ubu, Ubwami bw’ijuru bagenda babugwanira kandi abahizi ni bo babwinjiramwo.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também