Yesu akiza impumyi y’ikiragi
22 Hanyuma bamuzanira umuntu aboshwe n’umudayimoni amutera kutabona n’uburagi. Nuko Yesu akiza uwo muntu, aca aravuga kandi arabona.