Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 12

31 Ni co gituma ndababwira ko icaha ico ari co cose, n’ugutuka Imana ukwo ari kwo kwose abantu bashobora kubiharirwa, ariko gutuka Mpwemu Yera ntibazoshobora kubiharirwa. 32 Umuntu wese atuka Umwana w’Umuntu, azobiharirwa; ariko uwutuka Mpwemu Yera ntazobiharirwa, haba muri kino gihe canke mu gihe kizoza.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também