Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 13

14 Ivyo bishitsa kuri bo ivyo Yesaya yavugishijwe, aho yavuga ati:

Kwumva muzokwama mwumva, ariko ntimuzokwigera mutahura;

kuraba muzokwama muraba ariko ntimuzokwigera mubona.

15 Kuko imitima y’ubu bwoko ikomantaye;

amatwi yabo ntashobora kwumva,

kandi amaso yabo barayahumiriza.

Ahandi ho bobonesheje amaso yabo,

bakumvisha amatwi yabo,

bagatahurisha imitima yabo,

maze bagahindukira nanje nkabakiza. 13:15 Yesaya 6:9,10

16 Ariko hahiriwe amaso yanyu kuko abona, n’amatwi yanyu kuko yumva.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também