Pular para o conteúdo
Publicidade

Mateus 13

55 Mbega uwu si wa muhungu w’umubaji? Nyina ntiyitwa Mariya; abo bavukana si Yakobo, Yosefu, Simoni na Yuda? 56 Bashikiwe bose ntitubana? None ivyo vyose yabikuye hehe?"

Veja também